Integuro y’ibwirizwa rigenga itunganywa neza ry’inkengera z’ikiyaga Tanganyika ni imwe mu nteguro 9 zihwejwe

Ku wa 5 Rusama 2021, Inama Nshikiranganji yarakoranye irongowe n’Umukuru w’igihugu, Evariste Ndayishimiye. Mu vyihwejwe harimwo integuro y’ibwirizwa rigenga itunganywa neza ry’inkengera z’ikiyaga Tanganyika.Iyo nteguro ikaba yashikirijwe n’umushikiranganji w’ibidukikije, uburimyi …

Read More